Ikigo co gutegura imigambi mw’Ishengero Methodiste Libre mu Burund

Uncategorized

Ishengero Methodiste Libre mu Burundi ryarashizeho Ikigo co Gutegura Imigambi y’Iterambere Rishitse. Ico Kigo cubatswe mu gisagara ca Bujumbura muri zone Ngagara kije  gufasha mu bikorwa vyo gutegura, gushira mu ngiro no gusuzuma imigambi y’iterambere rishitse, kugira ngo Ishengero rishike ku ntumbero ryihaye mu Mugambi Ndongorabikorwa w’Imyaka cumi (2015-2025) yo gukuza ishengero mu bice vyose …

Read More →